Mu majambo aca ivutu no kwihebuza abana bariko baraza neza mu muziki ngo atumwa n 'inzigo za bakuru babo ku mvo zuko boba batanezererewe nuko bariko bakora ibishimwa. Ayo ni amwe mu majambo agenda aravugwa n’abakunzi…
Bain Turo n'amarira menshi yasavye imbabazi Abarundi bose n’umuryango yahoramwo ko bomugirira imbabazi kuvyamubayeko. Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2020,umuririmvyi Bain Turo yasavye imbabazi abarundi…
Ndayirukiye Fleury na Usanase Bahavu Jeannette bagiye kugira ubugeni, aho ngo ni mu kwezi kw'12 ku ma genekerezo ataramenyekana neza, ariko Save the Date yabo ikaba yerekana igenekerezoi rya 17 n'irya 20 kigarama.…
Umuririmvyi Tylo Sixer ahereye kubitaribike vyagiye bishikirizwa na Big Fizzo hamwe na Sat-B ubwabo nyene , bafatiye ku majambo baterana batyozanya, niyo yatuye Sentare mu ruririmbo rwiwe yise Mubutungane. Uwo muririmvyi mu…
Amaririra ni meshi ku muririmvyi Bain Turo kuba yahagaritswe n'ubuyobozi yahoramwo, ivyo abatari bake bariko babibona nk'inkinamico bateguye kugira bahume amaso abakunzi b'umuziki ku bw'ikosa bakoze…
Michou Miracle ngo naho abandi benshi iyo bipfuza gutanguza ibinyamakuru babanza kwiyumvira Youtube ngo we siko abona Tv azoshinga. Mu Kiganiro yagiranye na Indundi Tv, Michou yavuze ko aho yakoreye hose ngo ico yahaneguye…
Mu gihe Empire Avenue bisa nkuko yigaruriye imbuga nkoranyambaga na cane cane urubuga rwa Facebook aho nyuma yaho Sat-B amaze iminsi ateye impari kubijanye n'ivyabaye muri Flambeau de la paix i Gitega, Bain Turo amaze…
Akandi karirimbo gashasha ka Landry 2bs ngo kari mu nzira,ivyo n'ibiheruka kuboneka ku rubuga rwa Whatsapp rw'uwo muririmvyi muri ino ndwi. Amakuru dukesha we ubwiwe nuko ako karirimbo katarasohoka. Kakaba…
Inyuma yaho Big Fizzo yerekaniye akababaro kiwe, akoresheje aya majambo ati :" Tuzoteza imbere gute umuziki ndundi iyo igikorwa c'igihugu c'uburundi nka flambeau de la paix giherahezwa n'indirimbo…
Umuririmvyi Bain Turo arasaba ko abaririmvyi batobato bahurikiye muma Label atandukanye batorererwa murwanko nkuko bakuze arirwo rukunze kuvugwa. Abicishije mukiganiro yakoranye na Indundi Tv ni Bain Turo yagize ati:…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.