Inyuma y'ugukina igikino Ninde yitwa Munyare, ngo vyamufashe igihe kitari gito kugira yakire iryo zina, noneho anatore ico yokwitwaza mu kuryakira. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Deo Ndaruzaniye mu kiganiro…
Umuririmvyi akongera akaba n'umurwizatunga Dj Pro ari munzira yo gukora no gushira ahabona amasanamu y'indirimbo zitatu vuba bwango. Inyuma yo gukora Ep yise Feel Pain Dj Pro ntarota yicara namba kuko atariwo!-->…
Masterland ngo arababazwa cane kuba umuririmvyukazi Ashley Diva atakiboneka mu muziki ndundi. Igituma ngo nuko yarafise ibisabwa vyose ngo akomere cane. Mu kiyago yagiranye na Juste Gael, yabajijwe nimba hari abaririmvyi…
Amajambo abandanya kuba menshi irya n'ino mu baririmvyi ndetse no mubakunzi b'umuziki ndundi aho bavuga ko ivyari bikwiye gukorwa n'ishirahamwe ry'abaririmvyi b'abarundi ata n'igice babonamwo.!-->…
Yishimikije ijambo ry'Imana mu canditse kigira giti:" Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi" (Yeremiya 1:5) umuririmvyi azwi kw'izina rya Meserano amenyesha ko ata muntu avuka kw'isanganya, ari nayo…
Mu gihe Aime M yaheruka kumenyesha ko abaririmvyi babarizwa hanze y'igihugu basabwa amafaranga ngo bavugirizwe indirimbo, Mt Number one nawe ashikirije akandi karenganyo abo baririmvyi ngo bakorerwa. Akoresheje urubuga…
Hari abibaza ko Kidum na Big Fizzo boba bafise gishasha coba kiri mu nzira, ivyo bakaba bariko bavyibaza bafatiye kuco uwo muririmvyi w'umukambwe aheruka kwandika Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Uwo muririmvyi abarizwa…
Inyuma yo Kuboneka mu biteramo bitandukanye mu bihugu nka Denmark na Sweden,yaciye yinjira mugacere kadasanzwe k' igihe kitari gito ameze nkuwugaranye adasohoka(Lock down), biturutse ku kibazo cugarije isi ca Kovid19,!-->…
Akoresheje urubuga huriro, Instagram, Andy Mwag yashikirije ijambo ry'ihumure abakunzi b'ibikorwa vyiwe bari I Burundi ko ubu bashobora kuronka EP 1 yiwe mu Burundi. Ku rupapuro bakunze kwita mu kinyamazuru Cover,…
Umuririmvyi wese ngo yipfuza kwandikirwa indirimbo ntiyitinye kuko Stikk El Negro arahari, ngo ubu agiye kubikora nk'umwuga. Ayo n'amwe mu majambo uwo muririmvyi aheruka gushira ahabona, akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.