Andy Mwang na bagenziwe basanzwe bakorana umwuga wo kuririmba mu manza, Karaoke, ngo ntivyari vyoroshe bagishika I Kigali. Mu kiyago na Yago Tv Show I Kigali, Andy yavuze ko kugira babashe kuronka ibiganiro I Kigali, ngo…
Akoresheje imbugahuriro asanzwe akoresha nka WhatsApp, Instagram na Facebook, Big Fizzo nawe yerekanye akababaro afise kubera ukubura giturumbuka umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza. Big fizzo yashize kuri izo mbuga…
Aho yari kuri Live ya Instagram, Miss Erica yamenyesheje abanya Kigali ko nawe abakunda nkuko babandanya kumwereka urukundo bamukunda. Muri ico gihe yavuze ko Urwanda rufise vyinshi rwamwigishije igihe yariko arahakorera,…
Bizimana Aboubakar Karum azwi cane nka Sat-B ni umwe mubaririmvyi bagaragaje akababaro n'uruhombo runini inyuma y'urupfu rw'umukuru w'igihugu c'Uburundi.Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook ni!-->…
Linah Blanche n'umwe mu baririmvyikazi bamaze igihe kinini bariko barakora imirimo y'ukuririmba hano kubutaka b'Uburundi kandi yemeza neza ko ico amaze kurangura kigoye conashobora bake.Abicishije munyandiko!-->…
View this post on Instagram A post shared by Sat-B intelligent Bad Boy (@satb_satura) on Jun 9, 2020 at 1:55pm PDT Sat-b ngo yarakoze mu ntoke umukuru w'igihugu Kandi yaba se canke sekuru atawigeze amukora…
Igihe kitari kinini nico uyu mwana w'umwigeme amaze mu muziki, ariko ku ndirimbo zitarenga zitatu ariko arerekana ubushobozi butari bumenyerewe mu muziki w'Uburundi na cane cane kubigeme. Abicishije mukiganiro…
Kolly the magic ngo vuba agiye gushira ahabona inzu yiwe y’ubuhinyanyuzi inyuma y’uguca munzu zitandukanye zisazwe zihinyanyura indirimbo zahano mu gisagara ca Bujumbura. Ni inyuma yukuva muri Wanainchi Entertaiment,…
Mu gihe indirimbo yiwe Binua ibarizwa mu bashika 55,000 mu misi mikeya gusa, Kirikou yabajijwe n'abafana biwe kuri Instagram, ikibanza abona ko afise uno musi mu muziki, we avuga ko atavyo azi. Muri iyo Live yakoze ku…
B face ngo s'irya mbere yandika indirimbo iri mu mudiho wa RNB, ivyo akabivuga yishimikije ko aho hambere ataramenyekana cane kuri Hip Hop, ngo yarakoze izitari nke ziri muri uwo mudiho. Mu kiganiro na Hosy, B face…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.