https://www.youtube.com/watch?v=FvR3PYnBo3E
Inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere, umuririmvyikazi Iry Tina yamenyesheje ko akaririmbo kiwe gashasha kazoshirwa ahabona kuri uyu wa 5. Ubwo butumwa bukaba bwatanzwe n’uwo muririmvyi nyene aho yakoresha urubuga rwiwe rwa…
Akandi karirimbo gashasha tutarabasha kumenya uburyo kazoba kitwa niko gashobora gushirwa ahabona umwanya n’umwanya gakozwe na Kook-k. Ivyo akaba yavyerekanye akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook aho habonetse aka Video…
Abakunzi b’umuririmvyi Yoya Jamal ngo ni babandanye bihangane, ariko ikiza ca COVID 19 ngo nicava mu nzira ibikorwa bizoca bibandanya nkuko yari yabiteguye. Mu migambi yarafise uwo muririmvyi abarizwa mu gihugu c’Ubwongereza…
https://www.youtube.com/watch?v=IE73D3iICEA
Alvin Smith ngo abaririmvyi bari bakwiye kumenya ko ubutumwa bwabo bushika kure, nico gituma ubutumwa bujanye n’ukwirinda n’ukwikingira Corona Virus yashimye kubucisha mu ndirimbo. Mu kiyago na Siren Vibe Tv, Alvin yavuze ko…
Nyamate ni umwe mubanyempano bakomeye Uburundi bufise ariko adashimishwa na gato n'uko abarundi bonyene ubwacu aritwe tudaha agaciro gakomeye impano zacu. Abicishije munyandiko akunda gushira ahabona akenshi yanditse…
https://www.youtube.com/watch?v=jFNJm8I8InQ
Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu Bufaransa…
https://www.youtube.com/watch?v=6Y2S2ECvcJA
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.