Abarundi batari bake barababajwe n’urupfu rw’umuririmvyi akomeye wa hano iwacu, ariko yarasanzwe muri kino gihe abarizwa mu gihugu ca Canada, Leonard Niyomwungere. Bikimenyekana, abarundi batari bake barashize ku mbuga…
https://www.youtube.com/watch?v=B3QHkDeki7Y&feature=youtu.be
Leonard Niyomwungere asanzwe azwiko indirimbo zitari nke, zashitse ku mutima abarundi batari bake ngo yitavye Imana nkuko amakuru abandanya ava mu gihugu ca Canada iyo yarasanzwe aba muri kino abandanya abivuga. Ayo makuru…
Bidondo ngo iyaja kuba umumenyeshamakuru ngo nta wundi muririmvyi yari gushira imbere atari Lolilo, ivyo akaba aheruka kubiyagira imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiyago na Buja Hit, Bidondo yamenyesheje ko umuririmvyi yari…
Big fizzo ngo abamenyeshamakuru ntibari bwamubaze ico ijambo Bantu Bwoy risobanura, mbere n’ico Logos y’iyo nzu y’ubuhinyanyuzi yashinze isigura. Mu kiyago yagiranye na Landry yamenyesheje ikimenyesto BB kiboneka muri Logos…
Umuziki ndundi ngo uzingamitswe na vyinshi, ku ruhande rw’abaririmvyi ngo hari impamvu 5 nyamukuru umumenyeshamakuru Christian Nsavye na mugenziwe Alain Nova bashikirije, mu gihe mugenzi wabo Patrick Paggio yabashigikira mu…
https://www.youtube.com/watch?v=buGEuKwv3ns
https://www.youtube.com/watch?v=Tr3Zcr1vShs
https://www.youtube.com/watch?v=Hqs4nhBivrc&feature=youtu.be
Kidum Kibido aravunira akagohe abaririmvyi bagenziwe kobogabanya kwibeshera mukwiyemera muvyo baba bariko barakora vyose. Ivyo bikaba bibaye inyuma yaho umuririmvyi Big Fizzo avuze ko yize amashure mbere akanaronka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.