https://www.youtube.com/watch?v=W2dN2SoH4y0
Bwana on’ka kubwiwe ngo ntagusubira inyuma muri uno mwaka akaba agiye gushira ahabona indirimbo yiwe ya mbere mu misi. Bwana on’ka umuririmvyi akiri munshasha azwi ku mazina nka NDUWAYO Eric izina yahawe nabavyeyi izina…
https://www.youtube.com/watch?v=OF2slj-f5rE&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=lH9gnJxJWPA&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=wDPMju5x3W8
Imbere yuko yitaba Imana, Canco Hamisi yakoze ibikorwa bikomeye kandi vyatanze ishusho nziza ku gihugu. Mu bikorwa vyiza yakoze ni nko guserukira Uburundi mu mahiganwa atandukanye aho harimwo n'ayo yatahanyemwo…
Mu gihe hari hamaze igihe ashikirije amajambo adasanzwe agira ko agiye kuzana impinduka mu muziki ndundi, Vg Wawa ngo buca yerekana ko atayaze amasigaracicaro. Nk’uko yabiganiriye Indundi Magazine, Vg Wawa amenyesha ko mu…
Inyuma yugusohora akaririmbo gahamagarira abarundi kwirinda ikiza ca Corna virus ,abeshi batangura kwibaza ko indirimbo yariyavuze ko igiye gusohoka itakibaye igisohoka Sat- B yamenyesheje umusi izosohokerako. Indirimbo…
https://www.youtube.com/watch?v=FbGTkpDCkLA&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=bZyXv0C8pZ8
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.