https://www.youtube.com/watch?v=RC6_r72XOyM
Intandaro y’ugusubira gukorana hagati ya Big Fizzo na Lolilo ngo n’inyota yukwerekana ko umuziki w’uburundi utwawe n’abo bagabo babari bamaze igihe muri uwo mwuga, nkuko bishikirizwa na Lolilo ubwiwe. Mu kiyago yagiranye na…
Inyuma y’igihe abarizwa inyuma y’igihugu, Gaga blue avuga ko yagarutse mu gihugu kandi ko ibikorwa bizogenda neza, kuko afise vyinshi ashaka gushikiriza abakunzi biwe b’umuziki. Mu kiyago na Trending Media Tv, uwo muririmvyi…
https://www.youtube.com/watch?v=8wFfy7GshY4
https://www.youtube.com/watch?v=c63cs9JC8Ao
https://www.youtube.com/watch?v=WS7v_UQhfxQ
Intambara idasanzwe muba Djs ndetse n'abaririmvyi inyuma yo kuba atamuririmvyi yashoboye kuboneka mw’ifubwa ry'umutambukanyi wa Dj Yverson. Amwe mu masanamu yashoboye gufatwa inyuma yo kuva gufubana iteka uwo…
Mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum yavuze ko abaririmvyi b’abarundi bafatwa nk’abasazi. Kidum abajijwe ngo abisobanure yavuze ko ubusazi bwabo atari ubwa…
Candide Nyandwi Niyonzima yanditse indirimbo "Umukenyezi" yaririmbwe na Africa Nova ngo ari nka hamwe abonye umugore abaye umukuru w’igihugu c’Uburundi mu gihe azoba akiriho ngo yovyina agatamba agatarika, na rirya…
Chany Queen akirikumwe mu rukundo na Lolilo ngo yarafise ibibazo bikomeye, kuko yama ku ngumu buri gihe. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Big Fizzo aho yavuze ko baba bamupfuye. Intandaro y'ivyo bibazo ngo nuko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.