Lauria Nishimwe n'umukobwa w'akaranga mu ma kaminuza( Miss University), Igenekerezo rya 11Munyonyo 2022 niho yafata rutemikirere yerekeza mu mazinga ya Philippines mw'ihiganwa mpuzamakungu Miss Earth. …
Abamaze imisi mudukurikirana mu makuru tubashikiriza twarababwiye amakuru y'umuririmvyi Lolilo aheruka kugaruka mu gihugu avuye i Dubai aho yaramazeyo indwi 3,twarongeye turababwira n'ibikorwa yakoreyeyo, ibiteramo…
Mzizi wa jiwe Ntare Rushatsi Cambara Burundi ayo yose n'amazina ya Lolilo, hari haheze indwi 3 ari I Dubai akaba yaganutse kuri uwu wambere igenekerezo rya 7 Munyonyo 2022. Ivyari vyamujanye ngo cari i giteramo citiriwe…
Umuririmvyikazi Nish mwakunze mu ndirimbo zitandukanye nka Umbamwo yaririmbanye na Kidum,ikaba ari nayo yatumye amenyekana cane nkuko wenyene yama avyivugira. Benshi bamukundira ukuntu azi kuvuza ibicurarangisho…
President Evariste Ndayishimiye nawe yarihanganishije aba Tanzania Inyuma y' isanganya ry'indege yahitanye abantu ryabaye ku musi w'ejo muri ico gihugu. Umukuru w'igihugu akaba yanditse ku rubuga rwiwe rwa…
Kuva aho aviriye mw'ibuye, nkuko bakunze kuvuga, Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana nkuko aheruka kubishikiriza. Baraka Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana, naho ritoroha ko…
Ukwiyambiza kwa Alvin Smith ntibikiri ibanga, kuko nawe avyemera Kandi avuga ko ataco bimutwaye, Kandi ata n'uwo vyari bikwiye kubabaza. Muri iyi ndwi twaraye turangije, umuririmvyi Alvin Smith yasavye…
Mu misi iheze ku badukurikiranira hafi, muribuka ko twari twababwiye ko Mugani yari yamenyesheje ko ashobora gushira ahabona igikorwa gishasha. Icizere ko iyo ndirimbo ishobora kuboneka vuba kibandanya kirwira,…
Igenekerezo rya 12/11 niho rwa rukurikirane twari twabamenyesheje ko umuririmvyi Andy Mwag buca ashira ahabona azorwereka amakungu. Nkuko amakuru dukesha urubuga rw'uwo muririmvyi abishikiriza, harateguwe…
Igiteramo c'umuririmvyikazi w'umunyarwanda, Ariel Ways giheruka kubera hano iwacu, categuwe n'umumenyeshamakuru akaba n'umu Youtubeur Landry Pacelli benshi muzi nka Landry Promoter, Kandi ngo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.