Uwuvuze Ange Minouche uno musi ku basanzwe bakunda imbuga ngurukanabumenyi, nta wutomumenya, kuko ari umwe mu bigeme bakunzwe cane kuri izi mbuga. Minouche naho akunzwe, ngo ako kazi ntikamworoheye kugira abashe kwubaka…
Uwumaze kuraba ku rubuga rwa YouTube imwe mu mareresi y'abarundi yitwa Umupfakazi, akazina ka Fanny Lavine si akazina kaba ari gashasha kuriwe. Uwo mukinyi w'amareresi atari make, abamaze kuronka ubushimwe eka nawe…
Kidum ngo ntashobora kwemeza ko Rally Joe atakiboneka mu muziki. Mu gihe Rally Joe atariko araboneka vy'umurengera nk'uko abafana bavyipfuza mu bikorwa vyiwe vy'umuziki, Kidum we avuga ko ico atarico gikomeye…
L'un des rêves de Fabelove était de conquérir une place dans le hip hop et il est heureux d'y être parvenu. Il pense avoir suivi les traces de Rwagasore en se battant pour le hip hop comme ce dernier s'est…
The collaboration between musicians and their management has become a serious issue, as many singers are parting ways with their managers these days. Some of those artists who "divorced" their managers assert that…
Kubwa Michael ngo hano iwacu harabuze ibintu vyinshi cane kugira umwuga bakora w'ubu comedien uje ku rugero rushimishije. Michael avuga ko ica mbere gikenewe ari uko abantu batangura kubona ko uwo ari umwuga…
Fabelove ngo kimwe muvyo yipfuza n'uko hano iwacu ahabwa ijambo nk'uwukora Hip Hop kandi ngo yarabishitseko. Ariko kandi ngo yafashe inzira nk'iya Rwagasore, aho yiyemeje kugwanira umudiho wa Hip Hop…
Ikibazo c'ikorana ry'abaririmvyi ba hano iwacu n'ama Management asanzwe abarondera n'ikibazo gikomeye cane, kuko uko imisi igenda niko humvikana itandukana ry'abaririmvyi bariko baraduga n'ama…
Indirimbo Mafu Masterland aheruka gushira ahabona avuga ko ishobora kuba ariyo ndirimbo yiwe ya mbere yamugoye cane gusumba izindi. Uwo muririmvyi avuga ko iyo ndirimbo ngo yaciye mu minwe y'abahinyanyuzi bo mu bihugu 3…
Kimwe mu bibazo bihari mu Muziki w'uno musi hano iwacu, ngo ni ibura ry'ukwubahana n'ukutibuka iyo umuntu aba yaravuye. Ivyo bikaba bishikirizwa na Emery Sun ubwiwe. Uwo muririmvyi akaba avuga ko abaririmvyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.