Abaririmvyi b'abarundi bakora neza, ngo uno musi ni benshi cane. Nta citwazo na kimwe c'uko habuze izovuzwa cane hano iwacu. Yoya abona ko abavuga ko atazihari ngo ari icitwazo gusa, kuko ngo uwuhawe indya…
Muri ino myaka kwumva abaririmvyi bidoga ko abamenyeshamakuru canke aba Dj aribo batuma umuziki udatera imbere, n'ibintu bisanzwe kuko Ari Ijambo rimaze igihe riri mu kanwa ka benshi. Ariko uko siko Umuririmvyi ISSA…
Kuri uyu musi wa 3 hiriwe harakwirakwizwa ama foto yafashwe mu masegonda make gusa, Indirimbo ya Harmonize na Ibrah ishizwe ahabona. Mu mwanya utangana n'umunota Indirimbo ya Harmonize na Ibrah yari imaze gukwiza views…
Urubuga rwa Facebook rwa Big Fizzo uno musi ngo ruba rukurikiranwa n'abarenga 500,000, iyo hataba ico kintu yakoze Kandi aticuza. Muri Live Big Fizzo na Mista champagne baheruka kugira, bagarutse kw'ikoreshwa…
Tugerageje kuraba kuva aho Ibiteramo bavyugururiye n'ukuvuga abaririmvyi barasubiye kukivi benshi bariko bategura ibiteramo mu ntara hagati inyuma yaho twari twugarijwe n'ikiza Corona virus cateye kw'isi yose…
Mu kiganiro cabaye ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2022 kuri Instagram ya Mr Champagne yari yatumiye Big fizzo mu kiyago. Yarahaye n'akanya aba fans babo bagire ico babajije, bimwe mu bibazo…
Kirikou ngo nta wamwirukanye muri Bantu Bwoy, naho habayeho ibihuha bitari bike bivugwa ko birukanywe. Mu kiyago na Mista champagne, Big Fizzo yemeye ko umuririmvyi Kirikou Ari nka hamwe ashimye kugaruka muri Bantu Bwoy, ngo…
Ijwi n'ubuhinga bwa Chris Lamez mu kuririmba vyateye incuti yiwe akaba n'umuririmvyikazi, Mow Kanzie, gushaka kuririmbana nawe. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Mow Kanzie ntiyariye umunwa mu kuvuga ko…
Mkombozi uwu mwaka ngo nuwo gukora ibiteramo hafi Intara zose zigize igihugu agiye kuzigendera kuko hose bari bamukumbuye. Nayo i Bujumbura niho azokorera igiteramo ca Nyuma. Igenekerezo rya 2 Ndamukiza uwu mwaka nyene yari I…
Imbere yuko umwaka wa 2022 uhera, umuririmvyi Masterland ngo azoba yamaze gushira ahabona EP yiwe ariko arategura. Uwo mwanditsi wa nsomya akoresheje imbuga ngurikanabumenyi asanzwe akoresha, yibiye akabanga abafana biwe ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.