Abagiriza mama Solo gukoresha uburozi mu guteka, abasaba nabo gukora nk'uko bibaza ko akora kugira nabo baronke abaza kubashorera ivyabo. Igenekerezo rya 6 ruheshi, Asma Samake benshi bazi nka Mama Solo, azoba akwije!-->!-->!-->!-->!-->…
Abantu ukanza wumva ngo jewe ndi Ingénieur Electro-mécanicien . Uti aho. Ngo kandi "j'ai distingué". Uti ahh, ni sawe kweli. Uti none ubu uri mubiki? Ngo " wapi, urabona nta kazi kahari, ubu nabaye ndaja…
Ugahura n'umu jeuene yarahejeje amashure agaca yigira ngaho akicara kumwe kwa ya mpene yo muci, yavyara igaca ivuga ngo ahanje ndahejeje hasigaye ah'umurezi. Umukomye, ngo" Leta nta kazi irampa ngo ni…
Kumbure iyi article uyisomye mu kiringo zari zaraye zirasha. Eka mbere naho zitoba zaraye zirasha ntuce urekeza aho, bandanya kuko ntazibana zidakoma amahembe. Mariage n'umusozi w'ivyiza koko kuko ni yo centre de…
Aha tugarutse kuri wa Musozi Mariage kenshi na kenshi ukunda guhura n'ibihuhusi, bimwe mbere bikaza bimeze nka bimwe bita TSUNAMI aho bitema bigatongora, ingo zikabomoka, abubatse bagasanzara imitima, umuntu akonda…
"Impanuro twaheruka guhanahana zari iz'uko wokora ibishoboka ukarondera ibishobisho ( émotions) biza gushigikira ico wifuza gushikako muri kazoza. Ivyo navyo ukabikora ukoresheje kwandika misi yose urutonde…
N'uko rero ibintu bikaza bukebuke tukabibona, tukabireka, maze mu kiringo bimaze kudukubita hasi, tugatungura gukorora imyosori! Iyo ufise urutaro ruriko ubumera, ntuze ureke inyamanza ngo zigweko witeze ngo uzoheza…
"Woye gutwarwa n'igihuhusi c'imishobisho maze ngo uzohave uca akenge, utakiri bwigarure!" Nk'uko hano twama tubikura mu bitabo vyandikwa n'abahinga banyuranye, turasanga vy'ukuri umuntu…
Bamaze kubica hirya no hino, abahinga basanze rero intango ya vyose ari ivyiyumviro vya muntu. Ivyiyumviro vyawe bivamwo ivyamwa bijanye n'ibishobisho ( émotions) ubifatanije. Ivyiyumviro vyawe muri rusangi abahinga…
Ubuheruka, tuvuganye ibijanye n'ukugenzura ibijanye n'ivyiyumviro vyawe, aho abahinga baguhanura ko wokwamana na ntaryo ufise aho wandika ivyiyumviro vyose ubona bikomeye bishobora kugufasha, maze ukaza navyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.