Imigambwe igize ihuriro ry'imigambwe yemewe n'amategeko mu Burundi yashikirije kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 10 Ruhuhuma 2021, itangazo rijanye n'ingene yakiriye ingingo ya Reta y'Uburundi yo…
Abagize sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro uko ari indwi barahiye kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020, imbere y'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, icegera ciwe Prosper Bazombanza,…
Reta y’Uburundi ngo yiyemeje kubandanya iteramira amahoro n’umutekano hamwe no gukingira agateka ka zina muntu. Biri mw’itangazo ryasohowe na Reta ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere. Ni inyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu…
Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w'inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry'inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba vyabereye mu…
Ishiramwe mpuzamakungu ONU risaba ko ikiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo habe hugawe ibiro vy’intumwa idasanzwe y’umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe congerezwa. Vyashikirijwe n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu, Jean…
Umukuru w'igihugu asaba abarundi bose guharanira amahoro aho umwe wese aba, bayatsimbataze bari hamwe bose kugira bashobore kugwaniriza hamwe umwansi w'ubukene mu muryango. Evariste Ndayishimiye yabishikirije kuri…
Ibiro vy’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi bizokugarwa guhera kw’igenekerezo rya 31 Kigarama uno mwaka turimwo. Ivyo ni ibiri mu rwandiko Reta y’Uburundi yandikiye umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe mpuzamakungu…
Umurundi wese ahamarirwa gukingira umutekano w'igihugu mu gukingira intahe yo kwikukira n'imbibe z'igihugu hamwe no kubumbatira ubumwe ngo ata bumwe nta mahoro. Ako ni akamo umukuru w'igihugu Evariste…
Gushika igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020 nico kiringo umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yahaye ba buramatari n’uwurongoye igisagara ca Bujumbura ngo babe bamenye igitigiri…
https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Mu gihe ibiharuro vyavuye mu matora bibandanya gutangazwa biva mu turere dutandukanye tugize igihugu ca Tanzania, mu bimaze kumenyekana vyerekana ko umugambwe uri ku butegetsi CCM…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.