Umukuru w'igihugu c'uBurundi yitavye Imana mu bitaro vyo mu Ntara ya Karusi nkuko Reta y’Uburundi ibishikiriza. Reta y'Uburundi imenyesha ko iri n'umubabaro udasanzwe w'ukumenyesha urupfu…
Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje, ku muhingamo wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020, ko Evariste Ndayishimiye yaserukiye umugambwe CNDD FDD, ariwe yatsinze amatora y'umukuru…
Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020 ko bashikirije mu vyegeranyo vyabo ko ayo matora…
Urunani Kira Burundi rusaba indongozi zishasha gupfungura abapfunzwe bazira ivya poritike hamwe no kwubahiriza umutungo wa Reta. Urwo runani Kira Burundi rusaba kandi izo ndongozi zishasha kuzokora ibishoboka vyose kugira…
Umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora mu Burundi CENI (Commission Electorale Nationale Independante) umenyesha ko utazoshobora kumanika urutonde rw’abazotora ku wa gatatu w'indwi iza igenekerezo rya 20…
Francis rohero yavutse ku wa 16 Nzero mu mwaka w’1972, avukira muri Zone Rohero, karitiye Rohero iri mu gisagaraca Bujumbura, abavyeyi biwe bose bakaba bamuka muri komine Bugendana y'intara ya Gitega. Francis Rohero…
Imigabo n’imigambi ya Domitien Ndayizeye hamwe yogira amahirwe akamwa kuba umukuru w'igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu migambi yiwe, Domitien Ndayizeye mu vyerekeye ubutunzi n'iterambere…
Perezida Yoweri Kaguta Museveni wa Uganda yatangaje ko vyoba ari ukwita ku risongoye gutunganya amatora muri kino gihe ico gihugu kigeramiwe n’ikiza ca Coronavirus. Mu kiganiro yatanze ku mboneshakure NBS yo muri ico…
Imigabo n’imigambi ya Agathoin Rwasa amenyesha ko yorangura mu gihe yokwizerwa n’abarundi akaba umukuru w’igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Guteza imbere uburimyi n'ubworozi, kunagura indero mu…
Nahimana Dieudonné yavukiye muri komine Gasorwe mu ntara ya Muyinga mu mwaka w'1974, akaba agiye guhiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu ku giti ciwe. Mu vyo yaranguye, haciye imyaka 25 atanguje umuhari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.