Umurwi Bumamuru Fc waraye uhaye umunezero udasanzwe abakunzi bawo inyuma yo gutahukana igikombe . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 20 Rusama 2023 isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani mu Cibitoke , aho umurwi…
Général de Bigade de Police Muyenge Alexandre arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru avuga ko biteye isoni kubona hari abantu bahora basopa abakinyi mugihe baba bagomba kwinjira mu kibuga . Ivyo akaba yaraye abishikirije…
Umurwi Telaviv wo mu gisagara ca Bujumbura waraye uronse uburenganzira bwo gukina mu cicaro ca mbere . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 06 Rusama 2023 Isaha icenda ku kibuga ca ( CTN) kuri muri Quartier Ngagaa ya 9…
Inyuma y’inkino zibiri za kivandimwe z’Intamba mu rugamba na Indonésie, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus League zigiye kubandanya kundwi ya 24. Uku niko imirwi izohura : Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya…
Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 1 n'irya 2 Ndamukiza 2023 , inkino z’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu zarabandanije mu gice ca 16 gishira icanyuma . Uku niko imirwi yatsindanye : -Bujumbura…
Amakuru dukesha ikimenyeshamamakuru co mu Rwanda YEGOB avuga ko imirwi APR Fc na Rayon Sports iri mu rugamba rwo gutahukana umukinyi w’Umurundi Ndikumana Danny asanzwe akinira umurwi Rukinzo Fc . Danny Ndikumana asanzwe afise…
Mu mpera z’ino ndwi , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi rizoba rigeze ku ndwi igira 21. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 : - Isaha indwi 13h00 ku kibuga Urunani Umurwi wa Rukinzo Fc…
Umurwi Bumamuru Fc washoboye kwagirizwa amanyanga n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB mu gutanga urupapuro rwerekana amagara y’umukinyi ( TMS) ibipimo bisanzwe bikorwa n’igisata kijejwe amagara muri FFB . …
Umumenyereza w’umurwi Flambeau du Centre Momcilo Medic niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza yaranze ukwezi kw’icumi umwaka uheze . Uwo mumenyereza yaronse amanota 8 n’ibitsindo 6 hagaca hakurikira…
Mu ntumbero yo kwitegurira inkino zo gusubiriza za Primus League , Umugwi Inter Star ugiye gukina urukino rwa kivandimwe . Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 03 Nzero 2023 ku kibuga ca CTN i Bujumbura niho umugwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.