Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro ca mbere inyuma y'imyaka itatu bari mu cicaro ca kabiri , uwurongoye…
Mu gihe benshi bibaza ryari urukino rwa Finale rw'igikombe c'umukuru w'igihugu ruzoberako , kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 03 Mukakaro 2020, niho mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza wayo wa mbere…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.