kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 03 Nzero 2021, niho umugwi Olympic Star wari wakiriye Umugwi Vital’o Fc mu rukino rw’igikombe c’ubumwe . urwo rukino rukaba rwararangiye Olympic Stars wirahiye Vital’o Fc kuma Penariti…
Ubusa akaririmbo ka Big Fizzo ngo niko karirimbo ka Big Fizzo akunda gusumba utundi. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Nella Neth ku rubuga rwiwe rwa Instagram rusanzwe ruri mu za mbere zikurikirwa cane z’abarundi. Mu…
Ubwo impinduka iheruka kuba ku mitwe y’abaririmvyi babiri, R Flow co kimwe na Alvin Smith boba hari ico boba barabiyazeko? Ico nico kibazo wokwibaza ari nka hamwe uri mu bakurikirana abo baririmvyi babiri, kuko ico umwe…
Mu bariko batera amashurwe umuririmvyi Fabrice Nzeyimana asanzwe ari mu baririmvyi baririmba indirimbo z’Imana ariko bakorera Inyuma y’igihugu hiyongeyemwo Bobona nawe agize igihe kitari gito akorera ibikorwa vy’umuziki mu…
Haraciye indwi nka zibiri Uburundi bubuze umwe mu barongozi b'ishirahamwe ryo gusiganwa n'imiduga Rallye akaba yarajejwe igisata c'abahinga bakurikirana bakongera bagahagararira urwo rukino bita contrôleur mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.