Mu kiganiro cabaye ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2022 kuri Instagram ya Mr Champagne yari yatumiye Big fizzo mu kiyago. Yarahaye n'akanya aba fans babo bagire ico babajije, bimwe mu bibazo…
Mu gihe Sat-b aheruka kwandika ku rubuga rwa Facebook muri Commentaire kwa Wise la Besto ko kazoza kiwe gahagaze neza, uwo mwigeme nawe ntiyaretse kugira ico abishikirijeko. Akoresheje urubuga rwa Instagram, Labesto yavuze ko…
After a moment of absence on the musical scene, the singer T Max has achievements in progress which he intends to publish soon. In an interview with one of the local channels operating on Youtube, this artist encouraged…
Abakorera kuri za mbuga za YouTube zigize imisi zihurumbirwa cane, ngo muri ino misi ico bahora bahabwa na bene YouTube ngo caragabanutse cane. Ange Minouche yashinze Magic Channel Tv, akaba avuga ko abantu batotangara cane…
Mu mupira w'amaboko Basketball mu Burundi ibintu bisa naho biriko birafata inzira nziza kuva aho iryo shirahamwe rihawe kurongorwa n'umukozi w'Imana Apôtre Jean Paul Manirakiza, nawe agafata iryo shirahamwe…
Etoile du centre n'umurwi umaze Imyaka myinshi uri mu muziki ndundi, nkuko hariho n'iyitakivurwa tutazi irengero ryayo, ariko uwo murwi nubwo wigeze kubura baciye basubira kwisuganya baravyura umurwi…
Ngo mu musanze in boxe mu mubwira ngo Mutima turagukunda ni vyiza cane, biraboneka Ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko rero ngo muze muhurire muri Edition yambere yiwe ya Twenga na "Mutima Show" kuri Ingo bar mu…
MB Data ngo nta higanwa arimwo muri kino gihe. IVyo nivyo uwo muririmvyi aheruka kuyagira Adijoe kuri Micro za Indundi Tv, mu kiyago bagiranye. Muri ico kiyago, uwo muririmvyi yavuze ko ukurondera guhiganwa haca hajamwo…
Minani Fleury azwi kw'izina rya Mutima yama yivugira ko bitari vyoroshe kugira uno musi izina ryiwe rimenyekane kuko abamuca intege bobo ntibabura, ariko kandi ngo ni navyo vyamutumye akomera. Mutima le comedien ubu aho…
'' S'armer de patience , combien l'expression est juste!!La patience est effectivement une arme , et qui s'en munit , rien ne saurait l'abattre. c'est la vertu qui me fait le plus défaut.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.