Dj V-zeey ngo ntawe aje gusubirira mu bahora muri Bantu Bwoy, ivyo nivyo uwo mu DJ mushasha wo muri bantu Bwoy yaganiriye kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Rodrigo Zivieri yakuyeho ivyijiji ku bari bagize igihe bibaza ko…
Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 27/2, umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-b yasangije abarenga 100,000 bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram amashusho arikumwe n’umukunzi wiwe Belle Nice, ishusho…
Umukinyi Saido Ntibazorikiza akina mu murwi nserukiragihugu Intambamurugamba afise imyaka 34 yaraye afashije Young africans gutsinda umurwi Mtibwa Sugar aho yatsinze igitsindo ciwe ku munota wa 45 nyuma y'iminota mike…
R Flow ni umuririmvyi amaze igihe kitari gito mu muziki ndundi kuva mu gihe c 'umuhisi Soso-k yari mu murwi Question - G. Igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2022 R Fow akaba yari yatumiwe kuri Buja FM imwe mu ma radio…
Mugani yoba asubiriye kandi gukoza agati mu ntozi ? Ivyo uvyiyumvira inyuma yaho ubonye ubutumwa uwo muririmvyi yashize ku rubuga rwiwe rwa Whatsapp, rugakwirakwizwa n’urubuga rwa Instagram rwa Yassin, aho yasubiriye kandi…
"Dans leur détresse, ils crièrent à l'Eternel, Et il les délivra de leurs angoisses; Il envoya sa parole et les guérit, Il les fit échapper de la fosse'' ( Psaume 107: 19-20). Tu es peut être dans cette…
https://www.youtube.com/watch?v=dbk8P94Ssss
kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Kigarama 2021 , Isaha zine 10h zo mugitondo kuri CTN , niho uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi , Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre yashoboye…
Mu gitabu canditswe n'uwitwa Brian Tracy, citwa THE POWER OF SELF-DISCIPLINE aramenyesha ko yagize ubushakashatsi butari buke agerageza kumenya ikintu gituma umuntu ashobora gushika ku masonga( Succés) y'ico cose…
Pour atténuer une douleur physique Pour effectuer un travail bénéfique Contre le blasphème Pour avoir la Prospérité (financière) Pour l’interprétation des rêves ( Les psaumes 23 et 42 du verset 1 à 8) Pour avoir la…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.