Ishirahamwe ridandaza inzoga GALAXY -BUSINESS -COMPANY harimwo n’ikinyobwa Windboch rihejeje kugiranira amasezerano kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Kigarama 2021 na Agence NDUNDI TEAM ALL BUSINESS mu ntumbero yo…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2021 , niho Ndayishimiye Warren Chebby umurundi asanzwe aba mu Bwongereza yagendera umugwi wa Gitega Academy, intumbero yo gufata urugendo rumushikana i Gitega ku murwa mukuru…
B-Face Ni umuririmvyi w'umurapeur amaze kwandikisha amateka mu muziki ndundi yanatahukanye imilioni 15 mw'ihiganwa ryateguwe na Brarudi ryitwa Tagata na Primustar. Ubutumwa bwiwe uretseko abarundi bagenziwe…
Haampande yo kuba icegera c’uwutwara abamenyereza bo mu Burundi Harimenshi Alexis agiye kwitoza mu kibanza co gutwara Futsal na Soccer Beach. Igenekerezo rya 05 Kigarama 2021, niho hazoba amatora yo ku rwego…
Honorable Réverien Ndikuriyo agiye gufata akanya ko guhura n’abakinyi b’intamba mu rugamba bakina muza Burayi n’abandi kugira abashimire imbere y’uko atazoba agitwara ishirahamwe Mu kiganiro yari yaramutse akorana…
Here was delivering a speech at the Global Leadership Forum in Washington, D.C. after his selection in a tough competition with other fellows from different big universities in USA. Currently at Cornell University as a…
Benshi bamenyereye izina rya Francine Niyonsaba ko ariryo zina rikomeye cane ry’umunonotsikazi mu Burundi, habonetse uwundi Francine yaraye abiciye biracika mu nkino zo kwinonora imitsi aho yashoboye gufata ikibanza…
None mwagira ga ngo bizoborohera ko musoma bibiriya ngo muhave mumenya ukuri? Vyobemerera gute ngo mumenye ukuri kandi ukumenya ukuri ariko kubohoka? Umwami Yezu Christu yavuze ati, muzomenya ukuri hanyuma guheze nako…
Pour chasser les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire arriver un heureux évènement…
Mu gihe I Kigali ibintu bisa n'ibiriko birasubira mu buryo, ububare bwasubiriye Kandi kwugururwa, aho n'ama karaoke amwe amwe yamaze gutangura gukora. Imbere ya Corona abatari bake bahora bakora ama Karaoke Kandi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.