B Face ngo nta worindira kuronka amafaranag emnshi kugira aje kugira uwo afashije, ariko ngo n’ugufasha muri ubwo buryo buke umuntu aba afise, kuko urindire ngo wohava usanga urinze usandaba atawe ufashije. Ayo majambo…
Mu kanya rero gato gusa ukagenda urasesengura uko ibihe turimwo biriko bigenda uraheza, wiitonze ukahatorera urwevu. Ubu murabona ko tugeze mu gihe c'ikoreshwa rya internet. Iryo jambo kubazi icongereza ngira baraheza…
Abanyeshure 1701 nibo bakoze ikibazo gitanga uburenganzira bwo kwiga mu mashure y'akarorero ya kaminuza ku banyeshure 1822 bari bitezwe gukora ico kibazo. Bazokwiga mu bisata bine bitandukanye (Medecine, Statistique,…
Inyuma y’indwi irenga igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus league kirangiye, mu mpera z’ino ndwi igice ca kabiri c’iryo higanwa kizoba gitanguye. Ku musi wa gatandatu 09/01/ 2021: - Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani…
Uwusavye abantu basiga abagore n’abigeme mu gisagara ca Bujumbura, Make Up Artist (MUA), izina Olenga riza mu mazina ya mbere. Kuko uwo musore asanzwe akorera mu zone ya Buyenzi bivugwa ko asiga neza cane, bikunyurwa nuko…
Igiteramo ca Alikiba co kuri uyu wa 25/12 cavuzweko ibitari bike n’aba na bariya barimwo umumenyeshamakuru yahoze akorera insamirizi Rema Fm, Ismail Niyonkuru, aho asa n’uwutabona neza ico giteramo, noneho akagitega…
Nk’uko bizwi buri mwaka ishirahamwe ry’urwaruka rukunda inkino ( Association des Jeunes Sportifs du Burundi ) ryama ritanga ubushimwe ku bakinyi bama bitwaye neza buri mwaka n’abandi batandukanye , iryo shirahamwe…
Urunani rw’amashirahamwe y’abakozi bo mu nzu be n’ayabakoresha babo CATED Burundi ruriyamiriza ubugizi bwa nabi bwo kwiba mu mazu no kunyuruza abana bikorwa na bamwe mu bakozi bo mu mazu. Mw’itangazo ry’urwo runani, Serges …
https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY&t=23s Uwundi yatewe n’abagizi ba nabi ni Kabizi l’eau Comedien, uwo nawe akaba yashikiriwe n’akaranda kariko kagwa ku vyamamare vy’abarundi basanzwe bafise imbuga…
Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko , ibigize umuntu,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.