Mu bwonko bwawe rero niho urukiza rwawe ruri. Ubutare, amafaranga eka n'ibindi vyose wifuza biri mu vyumba bigize ubwonko bwawe. Mu gitabo canditswe na Napoleon Hill citwa " Think and grow Rich" arererekana…
Inyuma y'ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y'ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse, eka…
Big Fizzo ngo ntazofatwa mw'ishati na nyene indirimbo yasubiyemwo kandi atabiherewe uruhusha, ariko ubutungane bwo buzomukurikirana. Mu kiganiro na Amanda, Ciza Sylvestre, umukukuruke mu mwuga w'ubwigisha, ariko…
Abarundi baba ku mpande zine z'isi babandanya kwitegurira indwi y'abahariwe izohimbarizwa hano mu gihugu cacu muri Mukakaro 2021, muri Sudani Yepfo ho bariko babikora mu kuja hamwe,kwikomeza, no gutora indongozi…
Nziza Desire ngo ata kimuzibiye ashobora gusubira muri Amerika ajanye umwana yavyaranye na Natacha. Aha akavuga ko umwana ari umunyamerika kuko na se nawe yaronse ubwenegihugu. Mu kiganiro yahaye Indundi Tv, twashatse…
Michou Miracle ngo ikibuze uno musi mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha imico n'akaranga hano iwacu n'ukuzana ibintu bishasha "Innovation". Mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru 2 barimwo…
'' De la loi morale découle la dignité de la personne. Car se donnant à lui-même sa loi, l'homme a non seulement un prix, c'est -à -dire une valeur relative, mais une dignité c'est-à dire une…
Nk'uko rero tubibona mu gitabo canditswe na Napoleon Hill, citwa "THINK AND GROW RICH'' yarerekanye mu kigabane ca 15 inzitizi ziri mu mutwe w'umuntu zimutera kugira ivyiyumviro bimugumiza mu…
Abansi tubonesha amaso ni ibitutu vy'abansi bacu mu buryo bw'ibishobisho. Ni ukubera mu bwoko bw'ibishobisho dufise haba harimwo ibishobisho vy'ivyansi vyacu. Uburyo rero bw'ukwihweza neza ubwoko…
Mu mpera z'indwi y' igenekerezo rya 12 na 13 Nyakanga 2020, ihiganwa ryo mu Burundi ryarabandanije ku ndwi ya 2 yaryo Uko Niko imigwi yatsindanye : - BS Dynamik yatsinze na Musongati Fc ibitsindo 2 Ku 0 - Inter…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.