Muvyo bamenyesha abahinga bazobereye mu nguvu z'amajambo y'Imana ari muri bibiliya, bamenyesha y'uko kimwe mu vyo Izaburi ya 49 ifasha ari ukuguha gutinya "urupfu". Ntivyari vyanyoroheye gutahura ico…
Abantu rero ugasanga tuguma twidogera amashirahamwe y'ubwishingizi( Compagnies d'Assurances) ngo babatwara amafaranga. Abafise iminwa yoroshe mbere hari n'abadatinya kuvuga ko amsahirahamwe y'ubwishingizi…
Kenshi rero turasanga amajambo dukoresha ariyo aza mu bwonko bwacu agaca aza kutubera inzitizi. Ah'ukuvuga duti naka yararose urupapuro rw'umutsindo rw'ivyo yize tugaheza tukavuga ngo " Naka yarahejeje…
Abaririmvyi ndundi ngo barakunda, Ico n'igiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro aheruka kugirana na Indundi Tv. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko ikibuze ari ikibahuza, ngo bikunde noneho urwo rukundo…
Nassir AL Kheifa nawe yamaze kuja mu gitigiri c'abashaka kwikwegerako Lionel Messi. Biramutse bikunze, uwo munya Argentine akaba azoba asanzeyo abakinyi nka Neymar na Mbappe nabo muri kino gihe batoroshe. Ariko naho…
Umutekano w'Impunzi z'abarundi zahungiye mu Rwanda zizotahuka kuri uyu wa 27/8 ngo uzoba ucungerewe guhera ku mupaka gushika no mu bibanza bateguriwe bazoshikiramwo. Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru umuvugizi…
Mu gihe indirimbo zaba iziwe canke izo yafashije bagenziwe zibandanya kwifata neza haba mu rwanda canke inyuma y'igihugu, uwo muririmvyi aranatungwa urutoke n'abari bake kubera izo ndirimbo nyene. Igituma atungwa…
Uno musi ngo hariho akaruhusho gakomeye ku bijanye n’agahembo abaririmvyi ndundi bahembwa mu biteramo, ugereranije n'uko vyari biri mu myaka y’imbere ya 2015, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro yahaye…
Arakaza Marvin Lee ngo ntakibarizwa mu nsamirizi Buja Fm nkuko abatari bake bari bamumenyereyeyo. Uwo mumenyeshamakuru yaciye mu biganiro bitari bike, uno musi niho yasezera iyo nsamirizi. Mu kiyago yagiranye na Indundi Tv,…
Naho rero dusanzwe tuzi neza ko ubuzima ari urugendo kandi ata n'uwuzi igihe azokwigendera, biraheza yamara bikatugora ukwiyumvira ikijanye n'uko tuzohava twigendera. Akavuze wa mukecuru ati ''ivyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.