kuko vy'ukuri ukuba umucamanza bitoshobokera uwutize amategeko, nico gituma atawoba umucamanza atize amategeko. Ivyo biri uko kuko mu guca urubanza hajamwo igihande c'ukumenya uko amategeko ategekanijwe ku bijanye…
Ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo Wari he ya Spok’s ngo n’umuzo wundi mushasha mu muziki naho atagarutse gusubira kandi gusohora indirimbo buri kwezi, ivyo n’ivyo aheruka kuyagira Indundi Tv. Muri ico kiganiro,…
Master Bk aravunira akagohe baba abaririmvyi bacaruka muri uno mwuga, canke abantu bamukoreye amakosa muri kahise muri uno mwuga wo kuririmba ko ngo ataco bakoze, kuko inguvu zikiri zazindi nyene, ivyo n’ivyo aheruka…
Bruce Melody na SHaddy Boo ngo ubu babarizwa mu gasho iKigali, aho bafashwe n'igipolisi barenze amategeko nkuko amakuru ava i Kigali abishikiriza. Imvo n'imvano y'ugufatwa kw'ivyo vyamamare ngo nuko…
Mu gitabo canditse citwa "7 HABITIS OF HIGHLY EFFECTIVE PEOPLE" Stepohn R. Covey arafata ukuboko umusomyi akamutahuza ibitari bite. Ni igitabo rero aho Stephen R. Covey yerekana inyifato indwi umuntu ategerezwa…
Uko biri aho tugeza amaso Maze rero ugasanga abantu bagishakana , imitima yabo ikaba yuzuye urukundo. Uwuryamye, akaryama ntibuca. Uwubunye uwundi umuti ngo di! gutyo dogirigori, bagaheza bagashika aho bashira ku muco…
Hafitiwe ku makuru ya nyuma aherutse gusohoka ku vyerekeye Covid 19, nk'uko vyasohowe na Université yitwa Johns Hopkins , abantu ngo bagera kuri 19.499.341 (imiliyoni cumi n"icenda n'ibihumbi amajana ane…
Ezeckiel Nibigira umushikiranganji w'inkino n'imicokama yagiranye inama n'abatwara amashirahamwe y'imigwi ndangakaranga, noneho bamushikiriza ibibazo bihanze ico gisata. Mu bibazo vyashikirijwe harimwo…
Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo mwana yavukiye mw'ikomine vyamusaba…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 2 Myanadagaro 2020, isaha icenda (15h00) mu nzu y'ubunwero Escotis iri mu Bwiza mu gisagara ca Bujumbura , niho umugwi "les Amies" uhurikiyemwo abakinyi ba kera babiciye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.