Inyuma yo kurangiza ihiganwa rya Primus league 2019-2020 bafashe ikibanza ca 3 , bakanarangiza aribo bafashe ikibanza ca mbere mu binjije ibitsindo vyinshi uwo mugwi washize ahabona abakinyi utazokwifashisha…
Aba atumye uba umuntu ahumiwe. Uwuguhaye igiturire nawe ugaheza ukacakira, waba wari ugisavye canke akikugemeuriye, aba akuguze. Ntaba akuguze gusa, aba akuguze rumwe; aba akugize rumwe! Kuko rero aba agukuye agahuzu…
Nk'umuntu rero yagize amahirwe y'ukuyobora abandi, n'ukuvuga ko ahiriwe. Uwo muntu aba yahawe igikorwa c'umwungere. Aba aragiye intama z'Imana, kuko nkako, umwungere nyene ubwungere ni Imana yo nsa!…
Kimwe mu vyihutira kwerekana umunyakagaye ni ukutabwirizwa. Ukudahanurwa! AKAGAYE NTAWE KEREYE ! Iryo ni ijambo rimwe mu majambo aza ku mutwe w'agatabo kanditswe n'umukurambere, NAHAYO Firmato gasanzwe kandandazwa…
Umushikiranganji w'Intwaro yo hagati mu Gihugu, umutekano hamwe n'iterambere ridakumira, umushingantahe Gervais NDIRAKOBUCA yaraye akuriye inkoni ku gishitsi abakozi ba leta bafashwe n'akarwara…
Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero impwemu zabaganje. Ingwara…
Naho umwaka wa 2020 ariwo mwaka umubereye umugisha,noneho akava mu rufuri akamenyekana ko nawe azi kwandika n'uguhibongoza,Berry ngo yatanguye kuva kera. Uwo benshi bazi nka Berry Music ngo akaririmbo bamuziko,Melanna,…
Nya hayo handitse ntya: "Abantu banje izina ryanje ryambarijweko nibicisha bugufi bagasenga kandi bagaheba inzira zabo mbi, jewe, iyo ndi mw'ijuru nzobumviriza ndabarekurire ibicumuro vyabo, nkize igihugu cabo. ( 2…
En 2025, le Burundi est une Nation unie, solidaire et en paix ; un pays bâti sur une société de droit avec un patrimoine culturel riche ; une économie prospère au service du bien-être de tous.
https://youtu.be/LvWhBxrS784 Mu kiyago n'ikinyamakuru Iwacu, Evode ntahonankwa uno musi abarizwa mu buhollande, yavuze kuri Droit d'Auteur, anagaruka kuri Yoya Jamal. Muri ico kiganiro citiriwe au coin du feu,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.