Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video aho vyaboneka ko asa nkaho atarakira neza, ariko…
Mu kiganiro Imideri Times kigiye kuza kiraca kuri Indundi Tv, hagiye kuza haritabwaho cane Imideri ndetse n'abanyamideri. Mu kiganiro twakoranye na Aisha KWIZERA abenshi bazi cane nka La Diva asanzwe ari umunyamideri…
Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza wayo wa mbere…
Igenekerezo rya 5/7, azoba ari ku musi w'Imana, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum azosubira kandi gukora igiteramo. Ico giteramo kizoba ari nk'ico yaheruka gukora muri uku kwezi kwa 6, igenekerezo rya 21.…
Umwe mu bamenyeshamakuru bazwi cane mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ariko ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika yavuze ko ari nka hamwe abarundi boba badashaka Sat-b ngo nibamugabire Urwanda. Akoresheje urubuga…
Chris Biz ngo aricuza kuba yarataye umwanya, naho yakora ivyo akunda ico gihe. Ivyo n'ivyaheruka gushikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuniye akagohe…
Masterland yabajijwe ico apfana na Nelladenatt, kuko atabura umwanya munini ku rubuga rwa Land rwa Instagram. Mu kiganiro "umukubito", Masterland yavuze ko ata kintu kidasanzwe basana, ahubwo ngo n'incuti yiwe…
Mu gihe Aime M yaheruka kumenyesha ko abaririmvyi babarizwa hanze y'igihugu basabwa amafaranga ngo bavugirizwe indirimbo, Mt Number one nawe ashikirije akandi karenganyo abo baririmvyi ngo bakorerwa. Akoresheje urubuga…
Hari abibaza ko Kidum na Big Fizzo boba bafise gishasha coba kiri mu nzira, ivyo bakaba bariko bavyibaza bafatiye kuco uwo muririmvyi w'umukambwe aheruka kwandika Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Uwo muririmvyi abarizwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.