Imana ngo kuva nakera yamye ivugana n'abavugishwa bayo nubu iracavuga, abavugishwa barahari kandi igihugu c'Uburundi gifise vyose, abarundi nibo bataramenya uko bakira ivy'Imana irekura kubwabo. …
Abamaze imisi mudukurikirana mu makuru tubashikiriza twarababwiye amakuru y'umuririmvyi Lolilo aheruka kugaruka mu gihugu avuye i Dubai aho yaramazeyo indwi 3,twarongeye turababwira n'ibikorwa yakoreyeyo, ibiteramo…
Nyuma y'ugusoma , twongera twisubiriza igitabo canditswe n'umuhumure NAHAYO Firmato, hano twari dushimye kugaruka kandi ku bijanye n'akagaye. Aha rero umuntu yokwibaza ati mbega akagaye n'iki? Nk'uko…
Ishirahamwe rya Karate ryo mu Burundi ryitwa Dragon Junior ryaraye rihimbaje umusi mukuru waho bakwije imyaka 25 rishinzwe . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 06 Munyonyo 2022 , isaha zitanu zo mugitondo…
Gifise isanamu nk'iy'umuhanuzi, mu buryo bw'impwemu; Igitabo. Gutyo , Umwanditsi rero nawe araheza akitwa umuhanuzi. Iyo abaye umuhanuzi naho, aba abaye umurongozi. Uzoba uriko urayoborwa n'uwe wese…
Lolilo Simba ni umuririmvyi wa kera kuwa mu myaka 2000 niho yatanguye kumenyekana kuri Album yiwe yitwa "Wivu". Vyari bigoye cane kugira ukore umuziki umenyekane kuko atambuga ngurukanabumenyi zari bwarwire mu…
Umuririmvyi Sat-B ngo yumvise umubabaro udasanzwe aho yumviye ko mu bushikiranginji bw'urwaruka, inkino, imicokama n'iyinjira ry'Uburundi mu muryango bwa Africa y'ubuseruko ata buryo bwategekanijwe bwo…
Inyuma yo kurangiza amasezerano yiwe mu mugwi Costal Union wo mu gihigu ca Tanzania umukinyi w’intamba mu rugamba Mustapha Francis Njali yerekeza muri Zanaco yo muri Zambia . Njali akaba yashize umukono ku masezerano…
On his instgram account, Alvin Smith revealed picture with the rwandese musician, Nel Ngabo. The picture has gone viral as comments and reactions display a diversity of interpretations. The source of the controversy is the…
This Friday, September 30, 2022, was held in Kayanza, a public broadcast of the spokespersons of the institutions, a quarterly program hosted under the instruction of the President of the Republic to allow all Burundians to…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.