EntertainmentAkes Donhomepagekirundimusicmuzik na wasaniPassportUnicef Burundi

Alvin Smith azanye umukenyuro utandukanye n’uwo mu mwaka uheze

Umukenyuro mushasha atashimye kugira vyinshi awuvugako ngo niwo ugiye kuranga ibikorwa vyiwe, uwo nawe s’uyundi ni Alvin Smith.

Umumenyeshamakuru wa Buja Hit yashatse kumenya nimba uwo mukenyuro uzotuma avurwa cane nk’uko vyabaye mu mwaka wa 2018, ariko yishura ko atavyo azi, ngo birashoboka canke ntibishoboke.

Nk’uko vyumvikanye mu kiganiro bagiranye, uwo mumenyeshamakuru yavuze ko adaherutse kubona amashusho atandukanye y’abigeme yarakunze gukoreshwa, icemezwa na Alvin Smith. Ayo mashusho mukibuka ko yateje ikibazo gushika yaho igipolisi kinamufata, ariko mu nyuma akarekurwa, aho yavugiye kuri Bujumbura Tv ko vyamuhaye icirwa.

Uwo mukenyuro w’umwaka uheze uvurwa, ukaba wari uwo gukoresha abakobwa bari gusa, mu kubashira ku ma Cover y’indirimbo ziwe nshasha.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769