BurundiAkes DonEntertainmenthomepagekirundimusicmuzik na wasaniPassportUnicef Burundi

Ninde yoba ari mukuri hagati yabo?

Ni mugihe bamwe bagira bati : Sat-b afata menshi abandi ngo oya ni naka afata menshi.

Inyuma yaho umuririmvyikazi Natacha avugiye ko mugiteramo categuwe na Cristal Events ariwe muririmvyi w’umurundi yari yahawe amafaranga menshi munyuma hakaboneka isanamu ya Sat-b avuga ngo “Ntibababeshe ngo ooohhh oooohhh ibi na biriya oyaah nije muririmvyi wa hano (Burundi) mfata umufungo munini.

Aho rero vyasize bamwe mu bakunzi b’umuziki ndundi mukwibaza bati : “Mbega ko uyu yirata muri ubu buryo uwundi akavuga uku ninde yosigura canke agatatura iki kibazo?”

Aho mwomenya ko Sat-b na Natacha ari bamwe mubaririmvyi b’abarundi basanzwe bafise umubano mwiza mbere na bamwe mu bakunzi babo bakabandanya basaba ko hogira igikorwa(Collabo) kiboneka hagati yabo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775