DiasporahomepageJusticekirundikirundi_SportsMédiasWorld News

Olivier Niyungeko yavuze kuvyerekeye guhindura kizigenza w’intamba

Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yavuze ku majambo amaze imisi avugwa y’uko ashobora guhindura kizigenza w’intamba mu ruganmba.

Aganira na indundi Sports aho yariko iramubaza amakuru yerekeye guhindura kizigenza w’Intamba mu rugamba Olivier Niyungeko yishuye y’uko uwuzoba kizigenza ari ibanga ryiwe kandi ata n’umumenyeshamakuru yabwiye yuko azohindura kizigenza.

Akaba yagize ati” gihindura kizigenza canke kutamuhindura n’ibanga ryanje kandi ntawe nabibwiye”.

Mukamenya y’uko umumenyereza ariwe afise ububasha bwo guha igitambara uwo ashaka bivanye n’ingene aba azi abakinyi biwe ingene bameze.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 875