Basketballfootballhomepageintamba murugambakirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Remesha BBC bagiye kwigina intsinzi no kwifurizanya umwaka mushasha

 

Umurwi wa Basketball Remesha BBC urafise urubanza rudasanzwe ejo Aho bukera kw’ igenekerezo rya 11/3/2023. Hategekanijwe inama ya bose, kugira bitunganye neza mu mwaka wa 2023.

Muri Remesha BBC, bakazoha akaryo abakinyi babo ko gukina hagati yabo, mu mice y’abakinyi ku myaka itandukanye bakazokinira ku kibuga ca green BBC Ku Mutanga Sud.

Inyuma yaho, hakazoba ugusangira urukanywa bifurizanya umwaka mushasha w’inkino.

Tubibutse ko Remesha BBC aribo batahukanye igikombe ca mbere c’umwaka wa 2023 muri basketball, bita NANI MKALI.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 893