abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Sandrine Niyonkuru igitsindo ciwe ca 13

Umukinyi w’umurundikazi  akina muri Egypt Sandrine Niyonkuru gushika ubu ntararonka uwumuhagarika .

Kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 , umurwi TUT Fc wari uramutse ukina na Amereya Fc. urwo rukino rukaba rawangiye Ku bitsindo 2 vya TUT FC kuri 1 ca Amereya Fc.

Ivyo bitsindo bibiri vya TUT Fc vyose bikaba vyinjijwe na Sandrine Niyonkuru. akaba aciye akwiza ibitsindo 13 mu nkino 7 amaze gukinira uwo murwi .

Mwomenyako ko Sandrine Niyonkuru ari mu bigeme b’intamba mu rugamba bakinye inkino za CAN y’abigeme y’umwaka uheze .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 321