footballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Umusi mukuru w’abakozi uzokorerwa kuri Stade Intwari

 

 

 

 

 

Imisi ingana 240 niyo Ingénieur Méthode Ndikumagenge asanzwe arongoye ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga intwari hamwe n’abafundi biwe bihaye kugira ico kibuga kizobe cuguruwe.

Ingénieur Méthode Ndikumagenge avuga y’uko bariko bakora uko bashoboye kugira barabe y’uko igenekerezo rya 1 Rusama umwaka w’i 2023 umusi mukuru w’abakozi wokorerwa kuri ico kibuga c’intwari.

Abakozi bari hagati 100 na 200 nibo bazokora ico kibuga bakabazoba bakora ijoro n’umurango ni ukuvuga bamwe bazotangura gukora mu gitondo gushika isaha icumi n’imwe z’umugoroba 17h00 bagaca babisa abandi nabo bagakora gushika isaha zitanu z’ijoro 23h00.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 315