DiasporahomepageJusticekirundikirundi_SportsMédiasWorld News

Urutonde rw’abakinyi 22 b’intamba U23 bagiye kwitegurira inkino za Jeux Africains

Ishirahamwe ry ‘umupira w’amaguru mu Burundi FFB kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ryashize ahabona urutonde rw’abakinyi 22 b’intamba mu rugamba batarenza imyaka 23 bagiye kwitegurira inkino za Jeux Africains zizoba mu gihugu ca Maroc mu kwezi kwa Myandagaro umwaka wa 2019

Akaba ari aba bakurikira:

1) Rukundo Onesime ( Messager Ngozi)
2)Bankagaruka Bosco ( Rukinzo FC)
3) Ndizeye Aimé Fales ( Aigle Noir)
4)Ndizeye Eric ( Musongati FC)
5) Ndikumana Faustin ( Rukinzo FC)
6) Muryango Moussa ( Vital’o Fc)
7)Kashindi Joseph ( Musongati FC )
8)Ndikumana Tresor
9)Ndikumana Chris ( Musongati Fc)
10) Ndikumana Moussa (Buja City)
11) Ndayishimiye Youssuf Nyange (Aigle Noir)
12) Rugerinyange Joseph ( Vital’O Fc)
13) Kitenge Toto Ally ( Buja City)
14)Nshimirimana Jospin ( Aigle Noir)
15) Rukundo Therense ( Kayanza United)
16) Nshimirimana Ismail ( Rukinzo FC)
17) Ndayizeye Abdi ( Kayanza United)
18) Iddy Museremu ( Messager Ngozi)
19) Musore Aron ( Musongati FC)
20) Bashirahashize sébastien ( Bumamuru FC)
21) Mavugo Cédric Tity ( Rukinzo FC)
22) Irakoze Saidi ( Musongati FC)

Bikaba vyari bitegekanijwe ko abakinyi bose bashika kuri CTN kuri uyu wa kabiri waraye uheze.

Hama kuva kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Ruheshi umwaka wa 2019 gushika ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Ruheshi umwaka wa 2019 bazoba bariko bakora imyimenyerezo kuri CTN, nayo ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi abo bakinyi bazoca bakina urukino rwa kivandimwe ruzobahuza n’umugwi utaramenyekana.

Igenekerezo rya 02 Mukakaro umwaka 2019 gushika igenekerezo rya 05 Mukakaro umwaka wa 2019 bazoba bariko bakora imyimenyerezo kuri CTN.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 875