EntertainmentAkes Donhomepagekirundimusicmuzik na wasaniPassportUnicef Burundi

Ngo Hamsini-Mia canke “Amabuno” ishobora kuzokwumvikana nk’agakemanyi

Sat- B yemeza ko naho ataramenya umusi nyezina izosohokerako ariko ngo ishobora kumvikana agace gato mugiteramo categuwe na Cristal Events citiriwe Sheebah Vip Concert; iyo nayo siyindi n’indirimbo bakoranye na Team canke abaririmvyi ba Empirw Avenue (Satb ft Empire Avenue) bise “Amabuno“.

Kuri Radio yumvikanira hano mu gisagara ca Bujumbura mugihe yari abajijwe ko yoba azi umwanya wiwe azodugira kubutambiro (Stage) Satb yagize ati:
“Jewe umwanya wose umpaye niwo nkorerako akazi kubwivyo rero abakunzi ba Satb n’umuziki w’Uburundi baze dushwanyaguze tunezerwe”.

Twobibutsa ko ari mugihe bimaze kuja ku mugaragaro ko umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA atazoboneka muri ico giteramo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769