EntertainmentAkes Donhomepagekirundimusicmuzik na wasaniPassportUnicef Burundi

Masterland ngo Sugar niko kazina yakunze

Sugar niryo zina ry’ururirimbo umuririmvyi Masterland agiye gusohora inyuma y’indirimbo Nzobikora yari imaze igihe kitarigito isohotse.

Masterland agiye gusohora indirimbo yambere muzisazwe ziri mu rukurikirane rw’indirimbo agiye kuzoshira ahabona mu misi yavuba,aho azobicisha mu giteramo yitiriye EGO Concert kizoba kw’igenekerezo rya 23 Ruheshi uwu mwaka. Ico giteramo kikaba categuwe na MasterMuzik afandikanije na The Fighter production hamwe na Bukivu Nation,kikazobera kuri Lacosta Beach.

Mwomenya ko uwo muririmvyi avugako urwo rukurikirane ruzoba rurirmwo indirimbo zishika kuri icumi na zitanu kandi ko yipfuza ko iryo genekerezo rya 23 Ruheshi rizogera nizitaribwasohoke zimaze gusohoka hamwe muzogura izomwamaze kumva uburyohe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769