Entertainmenthomepagekirundimusicmuzik na wasani

Mista Champagne ngiyi indirimbo ashobora gusohora

Mumajambo yanditse ahayagiza Afurika ko nimba bariko batangariza Afurika ko Corona yoba igiye kuzanana ingumvu nyinshi atangorane ihari kuko bo Muri Afrika barasenga kandi ngo nimba barabonye imiti ya Ebola canke umuti Uvura Isumu ngo nta Nkeka n’inyishu ya CORONA izoboneka, akagira ati Afurika turasenga cane kunkomezi z’uhoraho tuzonesha ntaco ico kiza kizogira abana ba Afurika

Ni Mista Champagne yasavye ko aboza kubona ubutumwa batohirahira ngo babwirengagize kuko Tugomba gukora ugushoboka ntitwirengagize ibisabwa kugira ngo twirinde ivyo vyose vyodutera kwandura.

Aho naho yabandanije asaba ko atowomugendera kuko ngo we ari muciswe Quarantaine, aho yahaye ubutumwa abagenzi ndetse nababanyi aho yanditse akora ati:

” sitaki visite staki entre ni sortie jusqu’à nouvel ordre, pendant 30 jour, ukiwa na shida yangu nipigie simu ama uniandikie message, nawa voisin, ukiwa na shida yangu ongelea kudirisha nitakusikia, Iyo inaitwa Opération Corona😷’’.

Aho mwomenya ko Mista Champagne yaciye arangiza abaza abamukurikirana ati:
Tuachie wimbo wa
OPÉRATION CORANA ama KINAANGUKA?

Bisigura ati: Turekure indirimbo ya *Operation CORONA* canke *KINAANGUKA?*

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769