Vg Wawa mu rugendo rw’ugukora indirimbo mu gihugu ca Brazil
Inyuma yakaririmbo Tora Neza yaheruka gushira kumugaragara ubu naho rwagiye gukubitira muri Brazil kuzana akandi karirimbo. Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg wawa ngo yoba agiye gusimbira mu Brazil kuzana ikindi gikorwa…