EntertainmentAkes Donhomepagekirundi

Sat B izina ry’ururirimbo rugiye gusohoka ryamenyekanye

Inyuma yukuva mugihugu kibanyi avuye gukora ibikorwa bitandukanye unomusi igenekerezo rya 8,Ndamukiza niho yamenyesha izina ry’ururirimbo n’umusi rugiye gusohokerako

Belle Nice asazwe ari muri Label ya Empire Avenue isazwe irongowe na Sat-B akaba ari n’umukunzi wuwo mwigeme kuruno musi igenekerezo rya 8 Ndamukiza niho  yatangaza umusi n’izina ururirimbo rwiwe rwambere ruzosohoka abicishije kurubuga rwiwe rwa facebook yagize ati:”Empire Avenue turi n’iteka ryokubamenyesha umuzo w’imwe mundirimbo za bigeme zigiye kubica bigacika
kuruhande rw’umuziki w’abigeme mu Burundi ,Turizera kandi  turakeneye ubufasha bwanyu no gushigikira ibikorwa vy’umuziki w’abigeme ,Narirya ari inkehwa cane muriki gihe .Video Sabo izoja ahabona itariki 12 / Avril / 2019.” Ayo akaba ariyo majambo uwurongoye Empire Avenue yanditse inyuma yukuvuga ko bokwitega kuriwe  collabo zine zabanyamahaga, Indundi Magazine yashatse kumenya igituma atariwe azosohora indirimbo mugihe benshi baribamwitenze yagize ati:”Igihe ntikiragera kandi kwivyiwe ngo ari amayobera ariyo mvo yahisemwo kubanza kuzorekura ibikorwa  vyabana biwe nawe bishobotse igihe kikaba kigeze akazogaruka munyuma.”

Mwomenyako uwomwigeme Belle Nice kuva agiye mubuyobozi bw’umukunziwiwe atagikorwa nakimwe ciwe caribwigere kija ahabona cokimwe na Bain Ten asazwe ari murubwo buyubozi bwa Empire Avenu.Abamaze gushira ahabona indirimbo zabo akaba ari umurwi Best Life Music na Clementine Kavy.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 754