africa newsHealthhomepagekirundiSanté

Muri Afrika ngo abagera ku bice 40 kw’ijana bararwaye

Nk’uko biri mu cegeranyo c’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu kwisi OMS, umuntu umwe akuze kuri batatu ararwaye indwara y’umutima.

Ivyo ngo biri uko mu gihe umwe kuri cumi nawe arwaye indwara y’igisukari izwi nka Diabète. Muri Afrika, ibice 40 kw’ijana vy’abakuze bararwaye indwara y’igisukari kandi kenshi na kenshi ngo ntibabimenya.

Yamara naho izo ndwara zikunda gufata abantu bakuze cane cane kuva ku myaka 50 kuduga, ngo n’umuntu atarayikwiza ntiyokwijajara kuko ibipimo ngo bimaze kwerekana ko n’abakiri bato bazirwara.

Mwomenya kandi ko izo ndwara zituma abasoda b’umubiri w’umuntu utaba ugishobora  kwigwanira mu gihe urwaye.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 756