abakinyi bakina hanzehomepageIKIRUNDI_newsInkinointamba murugambakirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Saido Berahino yavuze impamvu batitwaye neza muri CAN 2019

Ukubura uburambe buke (Expérience), mu mahiganwa ya CAN 2019, ngo biri muvyatumye umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba utavyitwaramwo neza.

Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino , mu kiganiro yaraye akoranye n’ikinyamakuru Akeza.Net.

Saido Berahino yijeje abakunzi b’inkino bo mu Burundi y’uko abakinyi bose bashize hamwe , Uburundi burashobora gusubira kandi kwitabira inkino za CAN 2023 .

Mwomenya y’uko iza rya Saido Berahino na Gael Bigirimana ryagize ico ryungura umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba bivanye n’ingene bari bamenyereye amahiganwa akomakomeye .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891