EntertainmentAkes Donhomepagekirundimusicmuzik na wasaniPassportUnicef Burundi

Collabo zine nizo ngo zokwitegwa n’abakunzi b’umuziki wiwe muri uyu mwaka

Aho bashika ku kibuha c’indege ca Bujumbura Sat-b na Kent-P bafise umunezero udasanzwe niho bemeza ko ibikorwa ari nk’imvura kuko ngo stock yuzuye ibikorwa vy’abana ba Empire avenue ndetse nawenyene Sat-B ubwiwe. Ni Sat-B yishuye umumenyeshamakuru wa Indundi Tv aho yaramubajije ko iyagiye gusubiriza iyahahora Karabarya ko yoba ari Collabo canke ari wenyene nawe yagize ati : “ivyanje birayobeye ariko igihari gusa nuko abantu bokwitega Collabo zigera kuri zine muri uyu mwaka.

Aho ni mu gihe hari hitezwe collabo yakoranye n’umugwi wo muri Kenya Sauti Sol hamwe niyo yakoranye na Meddy.

Mwomenya ko Sat-b atahutse ava mu gisagara ca Dar-es-Salaam muri Tanzania aho yemeza ko bakoranye n’umuririmvyi wo muri ico gihugu nyene azwi kw’izina Rya Asley.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769