Umugwi Kiyovu Sports uhejeje kwirahira Rayon Sports mu rukino rwari rwitabiriwe n’insinzi ry’abantu . Hari ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 11 Munyonyo 2022 , aho umugwi Kiyovu Sports wari…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza abandanya yigenza mu mugwi Geita Gold ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . Hari kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 11 Munyonyo 2022 , niho umugwi Geita Gold…
Umukinyi w’umupira w’amaguru Michel Rashid yigeze gukinira umugwi Academy Tchite wa hano iwacu igihe wa umenyerezwa na Jimmy Ndayizeye yitavye Imana abanje kunirwa . Hari ku musi wa Gatandatu igenekerezo…
Amakuru duhejeje kuronka avuye kuri bimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania avuga y’uko umukinyi w’intamba mu rugamba akina mu mugwi Geita Gold Saidi Ntibazonkiza yoba yanse kugaruka mu gihigu ca Tanzania…
Vyamaze kumenyekana y’uko umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba uzotana mumitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Guinée Conarky w’abatarenza imyaka 23. Aho ni inyuma y’uko Uburundi buzoba bwamaze gutana mu…
Umugwi Gymkana watsinze les hippos muri rya higanwa rya CRDB CUP. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Munyonyo 2022 isaha umunani z’umurango (14h00 ) ku kibuga ca Département aho hari haramutse hakinwa…
Umukinyi w’inyuma Ndizeye Samuel aheruka guhamagarwa mu mugwi nserukira gihigu w’Urwanda mu nyuma akabura ivyangombwa , birangiye ahamagawe mu mugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba. Mu rutonde rw’abakinyi 22…
Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 23 bagiye bagiye gukina mu rukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire. Urutonde rukaba ari uru…
Umugwi nserukira gihigu wa Côté d’ivoire ( les éléphants) wemeje ko uzokina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu w’Uburundi ( Intamba mu rugamba) igenekerezo rya 16 muri uku kwezi kwa Munyonyo 2022.…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya atera imbere uko bukeye uko bwije . Inyuma y’imisi itatu iheze ateretsemwo igitsindo mu rukino rw’ihiganwa rikuru ryo muri Turquie , yaraye asubiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.