Saido Ntibazonkiza yasubiye itoto mu gihugu ca Tanzania inyuma yo kugurwa na Geita Gold . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Gitugutu 2022 aho umugwi Geita Gold ukinamwo Saidi Ntibazonkiza na Arakaza Mac Arthur wari…
Umugwi Bayern Luverkusen wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’ubudagi uripfuza umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange. Ivyo bikaba vyanditswe n’ikinyamakuru co muri Turquie citiwa Ajansspor aho kivuga ko…
Mu rugendo Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre arongoye FFB amaze imisi arimwo ku mugabane wa Buraya ari kumwe n’uwutwara igisata c’ubutunzi muri iryo shirahamwe Honorable Dénis Karera na Manager w’Intamba mu…
Urugendo rw’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre ariko akorera mu bihugu vy’i Burayi rushobora kuzanira akunguko Uburundi. Uwurongoye ishirahamwe ry’umupira…
Myugariro w’intamba mu rugamba Frédéric Nsabiyumva abandanya yigenza neza i Buraya mu gihugu ca Swede . Uwo mukinyi Mpuzamakungu w’umurundi akina ku ruhande rw’inyuma Nsabiyumva Frédéric niwe yashoboye kwinjiza igitsindo ca…
Umukinyi w’umurundi w’intamba mu rugamba Nsabumukama Enock yaraye afashije Napsa Stars gutsinda Kabwe Worriors. Hari igenekerezo rya 15 Gitugutu 2022 , aho umugwi Napsa Stars wari wakiriye umugwi wa Kabwe Worriors mu rukino…
Inyuma y'aho Mvuyekure Emanuel afashirije umugwi KMC gutsinda Mtibwa sugar mundwi iheze , Styve Nzigamasabo nawe nyene yaraye afashije uwo mugwi gutsinda Azam Fc . Hari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Gitugutu 2022…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 24 Gituguru 2022, umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba z’abadashikana imyaka 20 Niyonkuru Gustavye yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 21 bagiye guserukira igihugu mu nkino za nyuma…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Derick Mkombozi yaraye atowe nk’umukinyi yaranze urukino muri Zambia. Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 23 Gitugutu 2022, aho umugwi Nkana Fc usanzwe ukinamwo myugariro w’intamba mu rugamba…
Umukinyi Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya avyitwaramwo neza. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Gitugutu 2022 , yaraye ashizwe mu rutonde rw’abakinyi badugije amanota kurusha abandi ku mugabane wa Buraya muri FIFA…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.