Reta y’Uburundi ngo mu migambi igiye kurangura harimwo gushira mu ngiro imanza cane cane iz’abagize uruhara mu kwonona ubutunzi bwa Reta hamwe n’umugambi wo guhimiriza abarundi bahunze ngo batahuke. Biri mu migambi…
Abarundi baba mu gihugu c'Uburusiya bamenyesha ko bameze nk 'abakubiswe n 'inkuba inyuma yo kwumva amakuru y'igandagurwa bunyamaswa rya Makoroka Jolivet, umwe mu rwaruka rw'uburundi yahora yiga muri…
Abantu 17 bagirizwa ubusuma n’ubundi bugizi bwa nabi butandukanye harimwo kudandaza ibiyayuramutwe hamwe n’ubwicanyi berekanywe n'igiporisi kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Gitugutu 2020. Pierre Nkurikiye avugira…
Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’ijana y’amafaranga y’amarundi nico gihano gihabwa uwuhinguye mu bumwanya imifuko n’amacupa. Uwuranguye hanze amacupa n’ubucupa bikozwe mu bumwanya nawe ahanishwa ihadabu iri hagati…
Ikiringo c'iminsi ibiri cari gitegekanijwe ku bijanye na rusansuma y'abakozi congerejwe gushika hafashwe izindi ngingo. Urwo rusansuma rwari rwatanguye kuri uyu wa mbere. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri…
Umwitwrariko w'ambere w'abarundi baba i Roma ngo ni ukurondera abafatanya bikorwa bazana imitahe yabo hano mu gihugu cacu, na cane cane mu gisata c'uburimyi n'ubworozi. Mu ntumbero yo gushitsa icifuzo…
Abadandaza bahora bakorera mw'isoko ya Kamenge iheruka gusha ngo bagiye kuba barashizwe vy'imfatakibanza mu kibanza kiri hagati y'ibarabara rya 11 na 12 muri zone Cibitoke, komine Ntahangwa mu gisagara ca…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.