Inyuma y'ibiteramo mu mihingo myinshi y'isi Andy Mwaga agiye gukora igiteramo ciwe ca mbere mu guhugu c'Uburundi. Andy Mwag yamenyekanye cane nk'umucuraranzi ntasubirizwa muri kano karere avuza…
Ibibanza vy’iratiro mu Burundi bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye mu ntumbero yo guteza imbere igisata c’ingenzi. Umushikaranganji ajejwe ingenzi yabishikirije kuri uyu wa gatanu i Gishora muri komine Giheta mu ntara ya…
Ivyangombwa vyose ngo birakwiye kugira ikibuga c’indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye c’i Bujumbura cugururwe. Umugwi ujejwe kugwanya ikiza ca Covid-19 wabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu mu gihe wari…
Abakozi barenga mirongo ibiri b'abanyamahanga bakora mu mashirahamwe arenga ijana na mirongo ibiri nibo vyabonetse ko bakora batagira impusha mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi. Umushikiranganji…
Ibikoresho vyagenewe gutabwamwo imicafu ngo bigiye gushirwa ku mabarabara makurumakuru yo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura kuva kuwa kane w'indwi buca dutangura. Musitanteri w'iyo komine asaba…
https://www.youtube.com/watch?v=OOzRoGHRJmw Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi na Nasbu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo baheruka kwibirwa hamwe. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Mkombozi ubwiwe ku mbuga…
Uwakurikiranye Stories kuri Instagram z’aba Star zo ku musi w’Ejo, yarabashije kubona ivyo umuririmvyikazi Belle Nice yanditse kuri urwo rubuga. Akaba yavyanditse mu masaha y’umugoroba nkuko twabashije kuvyibonera. Uwo…
Kuri uno wa gatanu,igenekerezo rya 30 Gitugutu 2020, ikigo kijejwe gutororokanya amatagisi n'amakori OBR catunganije inyigisho zo kwigisha abadandaza b’abapfasoni kumenya ukuntu bokorana n’ico kigo mu ntumbero yo…
Inyuma yuho Agence Itulive yari ihurikiyemwo abakinyi b'amareresi b'abarundi ibikorwa vyayo bisa n 'ivyahagaze , abenshi bakabura aho begamira , ndetse benshi muri bo baca barahagarika no gukina amareresi hoba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.