https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Kuri Micro ya Lee marvin, Stikk ngo ntiyicuza ivyo yaciyemwo muri kahise kuko yakoze ico yashaka gukora muri ico gihe. Ariko kandi ngo ntakundi gusubira inyuma muri kahise. Ivyo…
https://m.youtube.com/watch?v=QIrS9_zhObQ&t=2s Miss Erica ngo ntiyakuze neza na gato, ariko yakuze bamutunga agatoke bamubwira ko agwaye, ariko Imana yarakinze ngo yasanze we atagwaye nk'umuvyeyi wiwe. Mu kiyago na…
https://www.youtube.com/watch?v=QIrS9_zhObQ Nkuko amakuru dukesha bamwe mu banyeshure biga za kamenuza muri ico gihugu abishikiriza, ngo ubu birashoboka kwinjira mu Rwanda utarinze guca mu kirere, ariko ivyo ngo bigakunda ku…
Gushika igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020 nico kiringo umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yahaye ba buramatari n’uwurongoye igisagara ca Bujumbura ngo babe bamenye igitigiri…
https://www.youtube.com/watch?v=ED7KU-ukVqA Ageze mu Rwanda ngo niho yagiye gutanguza umugambi yaramaranye igihe kitari gito ategura. Uwo mugambi nawe n'ugushinga inzu ihingura impunzu, Davy K. Ivyo n'ibiheruka…
Abakozi b’ishirahamwe Regideso bahembwa ku munsi bivanye n’ico bakoze bazindutse bagandagaza imbere y’ibiro vyaryo biri hafi y’ihinguriro ry’ibinyobwa BRARUDI, basaba kwongerezwa umushahara. Bashaka ko bava ku mafranga…
Ikibuga c’indege mpuzamakungu c’i Bujumbura citiriwe umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye ngo kigiye gusubira kwugururwa. Nk’uko bishikirizwa na Prosper Ntahorwamiye, umunyamabanga mukuru akongera akaba umuvugizi wa Reta…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye hamwe n'umutambukanyi wiwe Angélique Ndayubaha baritezwe i Malabo mu gihugu ca Guinée Equatoriale kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 2 Munyonyo 2020. Amakuru atangwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.