https://youtu.be/JNSL5mmQWi0 Mu ntumbero yo gutanguza indwi yahariwe amagara meza ku bavyeyi n’ibibondo, ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaraye butanguye isekeza ryo gucandaga abana…
Ismail aremeza neza ko Sat-B na Kent-P ubu batakirikumwe kuko gukorana ibikorwa bisaba amasezerano ayo nayo akaba atayahari. Abicishije mu kiganiro Indundi Hits Show , uwahoze akorera insamirizi Rema Fm azwi nka Ismail…
Kuva mu kwezi kwa Ntwarante uwu mwaka, mu bushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bamenyesha ko bamaze gupima abantu bagera ku bihumbi icenda n’amajana indwi n’umunani (9708), muri abo, abantu…
Kimwe mu vyihutira kwerekana umunyakagaye ni ukutabwirizwa. Ukudahanurwa! AKAGAYE NTAWE KEREYE ! Iryo ni ijambo rimwe mu majambo aza ku mutwe w'agatabo kanditswe n'umukurambere, NAHAYO Firmato gasanzwe kandandazwa…
Kwizera Ivan umwe mu barundi basanzwe bavuga igicurarangisho citwa Guitare, babikorera muri Kenya, avuga ko uwo mwuga ushatse kubanza kuwuronderamwo amahera ata Passion ubanje gushira imbere ngo ntaho ugera. Aganira na…
https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Iyindi ndirimbo izokurikira indirimbo Show me iheruka gushirwa ahabona ngo ni nko mu kwezi kw'9, Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga mu kiyago yagiranye na…
Mu kiyago Aimable Tayaya aheruka gutanga, yamenyesheje ko abarundikazi bakina neza mu gihe c'ugukora amasanamu ngo ari bake cane. Umwe muribo ngo ni Divine, mwenenyina wa Natacha, we basanzwe bari bamaze gukorana…
Uwutaye akaranga aba ataye akabanga,nayo ngo igihugu kitagira umuco kiba gisa nk'icapfuye, Omer Nzoyisaba amenyesha ko ingoma ari umuco w'Uburundi kandi ukwiye kwubahwa. Kuvuza ingoma ni kimwe mu biranga umuco…
Kuja hamwe, gufashanya, gukundana, gushigikirana, nizo mpanuro zahuriweko n'indongozi za Diaspora y'u Burundi kumwe n'umukenyezi Nanette Ninihazwe. Mu kiganiro indongozi za Diaspora zakoranye n'indongozi…
Mu kiganiro yagiranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru, umukuru w'ishirahamwe ryungururza ibidandazwa ribicishije mu kiyaga Tanganyika canke mw'ibarabara ry'indaraye, VITRACO (Vision Taransport…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.