Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora…
https://youtu.be/cYxeFyuJbFk Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo rya 4…
Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa agenda akora.Inyuma yo gusohobora indirimbo zitandukanye, abazikurikirana!-->…
https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y Aganira na Yambi, ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yahanuwe guhitamwo mu baririmvyi 2 b'abanyarwanda, King James na Bruce Melodie bari mu bariko barakora ibikora…
Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video aho vyaboneka ko asa nkaho atarakira neza, ariko…
Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi baba hanze…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro 2020, ubushikiranganji bujejewe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaramutse bwugurura icese isekeza ryo gupima abantu bose umugera wa Corona, ico gikorwa kikaba…
Igikorwa co gupima abantu umugera wa Corona catanguye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro 20202 mu gisagara ca Bujumbura. Ico gikorwa kikaba cari categekanijwe kubera mu bibanza, kimwe kimwe muri komine zigize…
Umwigeme agiye kubashikiriza ibiganiro bigiye bitandukanye na cane cane ikiganiro "IMIDERI TIMES" kuri Indundi Tv, LA Diva aratuyagira bimwe mubibazo yahuye navyo mugisata c'imideri.Ayaga na Indundi Tv!-->…
Inanga y'Uburundi ifise ukwo ivuzwa yisangije kw'isi yose, ifise amajwi ahanirana neza atahandi wobisanga kw'isi yose. Olympe Niragira n'umwe mu barundi baba mu mahanga, yakuze acuraranga igicurarangisho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.