Inyuma yo kugaragaza akababaro kiwe, Big Fizzo aciye ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe, biturutse ku rupfu giturumbuka rw'umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza, kuri uno musi akaba yari yishikiye ku ngoro yitiriwe…
Nta nkeka amafaranga y'agaciro arashobora kuza mu gihugu biciye mu burimyi n'ubworozi, ntibisaba ukwizera bisaba gutega ugutwi, ishaka , n'umwete, kandi ntibisaba n'uburyo bw'ikirenga.…
Ikiyaga Tanganyika ndetse n'inzuzi zo mu kiyaya ca Rusizi n'ibibanza vyiza ku ngenzi zizanwa no kuratira ijisho ivyiza Imana yahunze u Burundi. Amazi ya Tanganyika kumwe nay'inzuzi zisuka murico, atunze…
Mu kiyago na Fanny, Kirikou yavuze ko abigeme batari bake kandi bamusumba imyaka bama bamwihenzeko, ariko we ngo kuko atavyo akoreramwo, arabirinda. Kirikou muri ico kiganiro nyene yabajijwe uwumwandikira indirimbo kuko ivyo…
Andy Mwang na bagenziwe basanzwe bakorana umwuga wo kuririmba mu manza, Karaoke, ngo ntivyari vyoroshe bagishika I Kigali. Mu kiyago na Yago Tv Show I Kigali, Andy yavuze ko kugira babashe kuronka ibiganiro I Kigali, ngo…
Akoresheje imbugahuriro asanzwe akoresha nka WhatsApp, Instagram na Facebook, Big Fizzo nawe yerekanye akababaro afise kubera ukubura giturumbuka umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza. Big fizzo yashize kuri izo mbuga…
Aho yari kuri Live ya Instagram, Miss Erica yamenyesheje abanya Kigali ko nawe abakunda nkuko babandanya kumwereka urukundo bamukunda. Muri ico gihe yavuze ko Urwanda rufise vyinshi rwamwigishije igihe yariko arahakorera,…
Bizimana Aboubakar Karum azwi cane nka Sat-B ni umwe mubaririmvyi bagaragaje akababaro n'uruhombo runini inyuma y'urupfu rw'umukuru w'igihugu c'Uburundi.Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook ni!-->…
"Akagumye bagumako" ngo nubwo uburyo bwogukora bubagora iyo bari mu mahanga, ntibarota bata akaranga, kuko "uwutaye akaranga aba ataye akabanga", ayo niyo majambo umurwi ndangakaranga Intahesha zikoresha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.