David Tresor Nduwimana niwe muririmvyi w'umurundi agiye guhabwa agashimwe nk'umuririvyi mwiza wo ku mugabane wa Oceanie. Uwo muririmvyi akaba azohabwa ako gashimwe na Rise and Shine World ishirahamwe rishimira…
Bwabundi Berry Music yifatanije na Beat Band hageze, kuko abafana ngo kimwe mu bituma badashima kuja mu biteramo vy'abaririmvyi hano iwacu, ngo n'uko baririmba ama Playback. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa…
Mu gihe bivugwa ko Big Fizzo atahawe n'urukoroka muri Party People, igiteramo cahuje abaririmvyi b'abarundi n'abanyarwanda, umuririmvyi Alvin Smith we ngo umushahara watumye agira inguvu zo kubandanya aririmba.…
Indirimbo abafana ba Baraka Olegue benshi muzi nka Delegue General bari barindiranye igishika cinshi, yabuze gose. Iyo ndirimbo ikaba yari yavuzwe ko izosohoka umwaka winjiye, nukuvuga isaha ya sasita z'ijoro uwu mwaka…
Ku rubuga rwa Alvin Smith hasubiye kandi kuboneka ishusho ry'umugore wiwe, inyuma yaho afutiye izitari nke zaba izo barikumwe co kimwe n'izo ari wenyene. Iryo shusho ryavugishije benshi, ryaherekejwe…
Nelly Nat ngo yizere ko Big Fizzo yahawe agafaranga gakwiye kugira aririmbe muri Party People yo kwa Dj Paulin. Ico Nico kibazo uwo munyarusaku wacu yagize, anagishikiriza ku rubuga rwa Whatsapp akunze guteramishako…
Ibiheruka gushikwako na Cristal Event ya Dj Paulin mu giteramo kirangiza umwaka Citwa Party People, ngo n'ikimenyetso ko ibiriko bishikirizwa na bamwe bamwe mu barabira hafi umuziki w'Uburundi ari ivyiyumviro vyabo…
Indirimbo Energy ya Don Brighter afatanije na Social Mula, D one na Vania Ice yamaze gukwiza incuro 100,000 imaze kurabwa ku rubuga rwa Youtube rw'uwo muririmvyi. Iyo ntambwe iyo ndirimbo ishitseko, uwo muririmvyi avuga…
Umukuru w'igihugu varisito Ndayishimiye ngo aho bukera Uburundi bushobora kuzoba bufise indege na 5 zirerura umukuru w'igihugu. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatanu, yamenyesheje ko indege Golf…
Inyuma y'ukuririmbana Indirimbo Wezere mu giteramo giheruka guhuza abaririmvyi Big Fizzo na Sat-b, abafana bamwe bamwe bavuga ko uwo woba Ari umugambi mubi cane. Umuririmvyi Sat-b ngo ukwo kuririmbana hagati yiwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.